in

TUBAMENYE: AMATEKA YA NIYONKURU PATRICK UZWI NKA NIYO D

PATRICK NIYONKURU

Umurara: umusita w’abafirira

Umwishwa: w’abanyabyinshi

Aho yavukiye n’amatariki: congo ( uvira ) 07/08/1995

Aho yatuye : 

1995-1999 congo uvira

1999-2013 bujumbura 

2013 – Canada

Niyo kaba akiri umusore atarubaka

Patrick niyonkuru wamenyekanye kw’izina rya NIYO D akaba ari umuririmvyi uririmba mu jjyana ya rap, akaba akoresha impano yiwe mukuzana benshi kuri Christo ndetse nokunezerera aba fans biwe

Niyo d yatangiye kuririmba cangwa se kw’itoza kuririmba mumwaka wa 2004, ubwo yarakunze gusuburiramwo indirmbo z’abahanzi benshi , umuhanzi ushobora kuba ari nawe wamukundishije umuziki ni BIG FIZZO umwe mubahanzi b’i Burundi ba rap babizi cane indirimbo yiwe yakundaga cane akaba ari “ ghetto song “ .

Niyo d yasohoye indirimbo yiwe yambere mu kwezi kwambere 2017 aho yari gospel yasohoranye numuhanzi Nkomeze. Uko niko urugendo ryiwe rwatangiye mumpano yiwe yokuririmba. Niyo akaba kandi yarakoranye indirimbo zibiri na safi Madiba ukomoka mugihugu cu Rwanda aho ubu ari muri Canada.

Niyo D atuye mu karere ka Edmonton mugihugu ca Canada, akaba ashimira abanyamulenge bahatuye ukuntu bamushigikira n’urunkundo badahema kumwereka, intego yiwe yo kuririmba ariyo kugira ngo amenyekanishe izina ry’umunyamulenge kw’isi yose. Kandi no muri America ateganya kuhagera umwaka utaha wa 2024 ubwo azogirana indirimbo nyishi n’abandi bahanzi babanyamulenge benshi cane bahatuye.

What do you think?

Written by Gigi

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

GIPHY App Key not set. Please check settings

4. kunka

AMATEKA YOSE NIBIGWI BYA MGR GAPANGWA JEROME.